Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 13:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ariko igihe kizogera aho vyose bizokwuzuzwa, maze ivy’ibice bikazokurwaho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 ariko, ah’ igihingūye kizoshikira, ivy’ agace bizokūrwaho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 13:10
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nkiri umwana navuga kandi nkiyumvira nk’umwana. Ariko maze gukura ivy’ubwana nabitaye kure yanje.


Ivyo tubona ubu ni nk’ivyijiji mu cirore, ariko hazogera igihe tuzobona neza vyose amaso mu yandi. Ubu tuzi agace, ariko hari igihe tuzomenya vyose, nk’uko Imana ituzi neza.


Ubwenge dufise ubu ni agace, kandi n’ukuvugishwa n’Imana kwacu kwerekana agace.


Singomba kuvuga ko ivyo maze kubishikira, canke ko maze gutunganywa rwose. Ariko, ndabandanya kugira ngo nshikire ukwo gutunganywa kwatumye Kristo Yesu amfata.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ