1 Korinto 13:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Naho novuga mu ndimi z’abantu n’iz’abamarayika ntagira urukundo, noba meze nk’inkengeri canke icuma gisamirana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Naho novuga indimi z’abantu n’iz’ abamarayika, ariko ntagira urukundo, noba ncitse umuringa uvuga, cank’ icuma kivuzwa kigasāma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |