Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Hari ingabire zitandukanye ariko Mpwemu azitanga ni umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Yamara harih’ ingabire z’uburyo bginshi, ariko Mpwemu n’umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:4
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bene Data, ibijanye n’ingabire za Mpwemu Yera, nshaka ko mubitahuzwa neza.


Ibi ni vyo bihimba vy’umubiri Imana yashize mw’ishengero: hari intumwa, abavugishwa n’Imana, abigisha, abakora ibitangaza, abafise ingabire zo gukiza ingwara, abafise ingabire zo gufasha abandi, abafise ingabire z’uburongozi, n’abavuga indimi zitandukanye.


Imirimo ni myinshi ariko Umwami dukorera ni umwe.


Ico nipfuza ni uko abantu bose boba nkanje. Ariko umuntu wese afise ingabire yisangije yahawe n’Imana; umwe agira ingabire kanaka, uwundi akagira iyindi.


Nuko rero Kristo ni we yatanze ingabire mw’ishengero, bamwe abaha kuba intumwa, abandi kuba abavugishwa, abandi kuba abavugabutumwa, abandi kuba abungere n’abigisha,


Imana na yo yashigikiye intahe yabo ibicishije mu bimenyetso n’ibitangaza bitandukanye yakoze, hamwe n’ingabire za Mpwemu Yera yatanze uko ibishatse.


Umwe wese akoresha ingabire yose yahawe n’Imana ku nyungu z’abandi. Muzikoreshe nk’abizigirwa b’Imana bagabura ubuntu bw’Imana bw’uburyo bwinshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ