1 Korinto 12:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ni co gituma ndababwira ko ata wuvugishwa na Mpwemu w’Imana yovuga ati: “Yesu ni ikivume,” kandi nta wovuga ati: “Yesu ni Umwami,” kiretse abivugishijwe na Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ni co gituma mbamenyesha yukw ata muntu avugishwa na Mpwemu w’Imana, avuga ati Yesu n’ikivume: kand’ ata muntu ashobora kuvuga, ati Yesu n’Uhoraho, atabivugishijwe na Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |