Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Bose si intumwa, kandi si abavugishwa n’Imana, si abigisha kandi bose ntibakora ibitangaza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Mbega bose n’intumwa? Bose n’abavugishwa n’Imana? Bose n’abigisha? Bose bakora ibitangaza?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:29
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ibi ni vyo bihimba vy’umubiri Imana yashize mw’ishengero: hari intumwa, abavugishwa n’Imana, abigisha, abakora ibitangaza, abafise ingabire zo gukiza ingwara, abafise ingabire zo gufasha abandi, abafise ingabire z’uburongozi, n’abavuga indimi zitandukanye.


Bose ntibafise ingabire zo gukiza ingwara, ntibavuga mu ndimi zitamenyekana, kandi bose ntibasobanura indimi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ