Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Kandi ibihimba womenga ntivyubashwe cane ni vyo twitwararika cane kwambika. Ibihimba tutipfuza ko bija ahabona ni vyo twitwararika gufata neza,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 kand’ izo ku mubiri twiyumvira ko zidafise icubahiro, ni zo zirushiriza kuronka icubahiro: kand’ ingingo zacu ziteye isoni ni zo zirushiriza gusharizwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:23
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ahubwo n’ibihimba vyose womenga ni bitobito kurusha ibindi birakenewe cane.


ariko ibija ahabona tubifata ibisanzwe. Imana yafatanije ibihimba vy’umubiri vyose ica iha icubahiro ibitagifise,


Ariko abagore bazokirizwa mu kuvyara kwabo, ni baguma mu kwizera, mu rukundo, mu kwubaha Imana no mu kwicisha bugufi.


Kandi n’abagore ndashaka ko bagira inyambaro ibereye, badashazisha gutsiba imishatsi canke kwambara inzahabu, imaragarita canke impuzu z’igiciro kinini,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ