Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ahubwo n’ibihimba vyose womenga ni bitobito kurusha ibindi birakenewe cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Ariko bir’ ukundi rwose: ingingo z’umubiri ziyumvirwa kw ar’ iz’ intege nke inyuma y’izindi, ni zo zitōhara;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:22
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ijisho ntiryobarira ukoboko riti: “Sindagukeneye,” kandi umutwe ntiwobwira ibirenge uti: “Sindabakeneye.”


Kandi ibihimba womenga ntivyubashwe cane ni vyo twitwararika cane kwambika. Ibihimba tutipfuza ko bija ahabona ni vyo twitwararika gufata neza,


Kandi namwe muzodushigikira mu masengesho, kugira ngo benshi bashime Imana ku bwacu, ku ngabire y’ubuntu yatugiriye mu kwishura amasengesho ya benshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ