Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ijisho ntiryobarira ukoboko riti: “Sindagukeneye,” kandi umutwe ntiwobwira ibirenge uti: “Sindabakeneye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Ijisho ntiryoshobora kubarira ikiganza, ngo Nta co ummariye; cank’ umutwe kubarira ibirenge, ngo Nta co mummariye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:21
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbega nka hamwe umubiri wose woba ijisho gusa, wokwumvira he? Canke na ho nka hamwe umubiri wose woba ugutwi, womoterwa biciye he?


Nk’uko bimeze rero, hari ibihimba vyinshi ariko umubiri ni umwe.


Ahubwo n’ibihimba vyose womenga ni bitobito kurusha ibindi birakenewe cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ