19 Umubiri ntiwoba umubiri mu gihe woba ugizwe n’igihimba kimwe gusa.
19 Kand’ iyo zose ziba urugingo rumwe, umubiri wobaye hehe?
Umubiri ntugizwe n’igihimba kimwe, ugizwe n’ibihimba vyinshi.
Ariko noneho Imana yashize ibihimba bitandukanye ku mubiri, kimwekimwe cose aho biyihimbaye kugishira.
Nk’uko bimeze rero, hari ibihimba vyinshi ariko umubiri ni umwe.