Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Mbega nka hamwe umubiri wose woba ijisho gusa, wokwumvira he? Canke na ho nka hamwe umubiri wose woba ugutwi, womoterwa biciye he?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Iy’ umubiri wose uba ijisho, kwumva kwobaye hehe? Iyo wose uba kwumva, kumoterwa kwobaye hehe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:17
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi ugutwi kuvuze guti: “Kuko ntari ijisho, sindi igihimba c’umubiri,” ivyo ntivyotuma kureka kuba igihimba c’umubiri.


Ariko noneho Imana yashize ibihimba bitandukanye ku mubiri, kimwekimwe cose aho biyihimbaye kugishira.


Ijisho ntiryobarira ukoboko riti: “Sindagukeneye,” kandi umutwe ntiwobwira ibirenge uti: “Sindabakeneye.”


Bose si intumwa, kandi si abavugishwa n’Imana, si abigisha kandi bose ntibakora ibitangaza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ