Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 12:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Kandi ugutwi kuvuze guti: “Kuko ntari ijisho, sindi igihimba c’umubiri,” ivyo ntivyotuma kureka kuba igihimba c’umubiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kand’ ugutwi kwovuga, kuti Ko ntar’ ijisho, sind’ uwo ku mubiri; ivyo ntivyotuma kutaba ukwo ku mubiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 12:16
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.


Nisunze ubuntu nahawe n’Imana, ndahanuye umuntu wese muri mwebwe ngo ntiyifate uko atari mu kwiyumvira ko ari uwuhambaye, ariko yicishe bugufi mu kwifata uko ari, yisunze urugero rwo kwizera Imana yamuhaye.


Ikirenge kivuze giti: “Ko ntari ukuboko, sindi igihimba c’umubiri,” ivyo ntivyotuma kireka kuba igihimba c’umubiri.


Mbega nka hamwe umubiri wose woba ijisho gusa, wokwumvira he? Canke na ho nka hamwe umubiri wose woba ugutwi, womoterwa biciye he?


Ahubwo n’ibihimba vyose womenga ni bitobito kurusha ibindi birakenewe cane.


Ntihakagire ico mukora musunitswe n’ukwikunda canke n’ukwishira hejuru, ariko mu kwicisha bugufi, mushire abandi imbere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ