1 Korinto 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Umubiri ni umwe n’aho ugizwe n’ibihimba vyinshi; kandi n’aho ibihimba vyawo ari vyinshi bigize umubiri umwe. N’umubiri wa Kristo ni uko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Nk’uk’ umubiri ar’ umwe, ukagira ingingo nyinshi, kand’ ingingo z’umubiri zose nah’ ari nyinshi ar’ umubiri umwe, ni ko na Kristo ari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |