1 Korinto 12:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 abandi abaha ububasha bwo gukora ibitangaza, abandi abaha kuvugishwa n’Imana, abandi abaha gusesangura impwemu, abandi abaha kuvuga mu ndimi, abandi na bo abaha kuzisigura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 uwundi agahābga gukora ibitangaza, uwundi agahabga kuvugishwa n’Imana, uwundi agahabga kurobanura impwemu, uwundi agahabga kuvuga indimi nyinshi, uwundi agahabga gusobanura indimi: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |