Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Umugabo ntakwiye gutwikira umutwe wiwe, kuko umugabo ni ishusho y’ubwiza bw’Imana; ariko umugore ni ishusho y’ubwiza bw’umugabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Umugabo ntakwiye kwitwikira mu mutwe, kukw ar’ ishusho y’Imana n’ubgiza bgayo: arik’ umugore n’ubgiza bg’umugabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:7
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko hari ico mukwiye kumenya: umutwe w’umugabo ni Kristo, umutwe w’umugore ni umugabo wiwe, umutwe wa Kristo na wo ni Imana,


Umugore adatwikiriye umutwe wiwe ariko arasenga, akwiye kumobwa. Kandi nimba ari igiterasoni ku mugore kumwa umushatsi canke kwiharanguza, nawutwikire.


Nayo Tito we, ni umugenzi dufatanije igikorwa muri mwebwe; abo bandi bene Data na bo, ni intumwa z’amashengero, kandi bubaha Kristo.


Mu gihe kimwe usanga ururimi ari rwo duhimbarisha Umwami Imana Data wa twese, mu kindi gihe akaba ari rwo tuvumisha abantu, baremwe mw’ishusho y’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ