Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Umugore adatwikiriye umutwe wiwe ariko arasenga, akwiye kumobwa. Kandi nimba ari igiterasoni ku mugore kumwa umushatsi canke kwiharanguza, nawutwikire.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ni hagira umugore atitwikira mu mutwe, bamukerere n’umushatsi: namb’ ar’ ibiteye isoni k’umugore akererwa umushatsi canke kw amobga ni yitwikire mu mutwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:6
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Inyuma y’ivyo, Pawulo amara igihe aba i Korinto, hanyuma asigayo bene Data, afata ubwato aja muri Siriya, aherekejwe na Pirisila na Akwilasi. Imbere yo gufata urugendo, Pawulo yabanje guca i Kenkireya aho yimweshereje umushatsi kubera isezerano yari yarasezeranye.


Ariko umugore asenga canke akavugishwa n’Imana adatwikiriye umutwe wiwe aba asuzuguje umutwe wiwe, co kimwe n’iyo yiharanguje.


Umugabo ntakwiye gutwikira umutwe wiwe, kuko umugabo ni ishusho y’ubwiza bw’Imana; ariko umugore ni ishusho y’ubwiza bw’umugabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ