33 None rero bene Data, iyo mukoraniye ku ngaburo y’Umwami, mube murindirana.
33 Nuko, bene Data, uko mukoraniye kurya, murorērane.
Ariko Umwami aduciriye urubanza, aba adutoje indero kugira ngo ntituzociribwe urubanza hamwe n’iyi si.
Uwuzokwumva ashonje cane azofungure iwe kugira ngo yoye kwikwegera gutsindwa n’urubanza. Ku bindi bibazo mwanyandikiye, nzobaha inyishu ninashika iwanyu.