Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Iyo twirimbuye twebwe nyene tukicira urubanza, Imana ntiba ikiruduciriye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Arikw iyo twimenye uko turi, ntidutsindwa n’urubanza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:31
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu wese akwiye kwisuzuma imbere yo kurya kuri uwo mukate no kunywera kuri ico gikombe.


Ni co gituma bamwe muri mwebwe bagira intege nke, bakagwara kandi bamwe muri mwebwe bakaba baranapfuye.


Ariko Umwami aduciriye urubanza, aba adutoje indero kugira ngo ntituzociribwe urubanza hamwe n’iyi si.


Imana ni iyo kwizigirwa kandi iragororotse. Iyo twatuye ivyaha vyacu, irabiduharira ikatweza ibibi vyose.


Niwibuke aho wavuye ukagwa, maze wihane, usubire ukore ibikorwa wakora ubwa mbere. Niyo utihana, nzoza nkure igiterekwako itara cawe mu kibanza caco.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ