Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Ni co gituma bamwe muri mwebwe bagira intege nke, bakagwara kandi bamwe muri mwebwe bakaba baranapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Ni co gituma muri mwebge benshi bagira intege nke, abandi bakarwaragurika, kand’ abatari bake bakaba bārapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:30
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi amaze gukora ivyo Imana igomba mu gihe ciwe, yarasinziriye, ahambwa hamwe na ba sekuruza, umubiri wiwe urabora.


Aca agwa apfukamye, asemerera ati: “Mwami, ntubaharureko iki caha.” Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana.


Kuko uwurya uwo mukate canke akanywera kuri ico gikombe adahaye icubahiro umubiri wa Kristo aba yikwegeye gucirwa urubanza.


Iyo twirimbuye twebwe nyene tukicira urubanza, Imana ntiba ikiruduciriye.


Ariko Umwami aduciriye urubanza, aba adutoje indero kugira ngo ntituzociribwe urubanza hamwe n’iyi si.


Ariko reka ndababwire ibanga rihambaye: ntituzopfa, ahubwo tuzohindurwa ukundi.


Uko twizera ko Yesu yapfuye hanyuma akazuka, ni ko twizera ko Imana imugarukanye azoza azananye n’abasinziriye muri we.


Uwo nkunda ndamukankamira, nkanamuhana. None rero, gira umwete, wihane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ