Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Kuko uwurya uwo mukate canke akanywera kuri ico gikombe adahaye icubahiro umubiri wa Kristo aba yikwegeye gucirwa urubanza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Kuk’ ūrya cank’ ūnywa, atamenye umubiri w’Umwami wacu, arya kand’ anywa ibimuzanira gutsindwa n’urubanza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:29
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwana w’Umuntu na we aza arya, kandi anywa, muca muvuga muti: ‘Ni umukunzi w’inda kandi ni imborerwa, agendana n’abatozakori n’abandi banyavyaha.’


Ni co gituma, umuntu wese agarariza ubutegetsi, aba agararije urutonde rw’Imana, kandi uwukoze ivyo aba yikwegeye gutsindwa n’urubanza.


awushimira Imana, arawumanyura, avuga ati: “Uwu ni umubiri wanje watanzwe ku bwanyu. Muzohore mubikora mu kunyibuka.”


Ni co gituma rero uwurya umukate akanywa no ku gikombe uko bitabereye azokwagirwa no gucumura ku mubiri n’amaraso y’Umwami.


Umuntu wese akwiye kwisuzuma imbere yo kurya kuri uwo mukate no kunywera kuri ico gikombe.


Ni co gituma bamwe muri mwebwe bagira intege nke, bakagwara kandi bamwe muri mwebwe bakaba baranapfuye.


Ariko ivyokurya bikomeye ni ivy’abakuze, kuko kubera ivyo baciyemwo bashitse aho batandukanya ikibi n’iciza.


Bene Data, ntihakabeho benshi bipfuza kuba abigisha, kuko muzi ko twebwe twigisha tuzocirwa imanza zikomeye kuruta iz’abandi.


Ikirengeye vyose, bene Data, ntimukarahire ijuru canke isi canke ikintu cose kindi. Ico mukwiye kuvuga ni: “Ego” canke “Oya,” ikirenze ivyo ni ico kubatsindisha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ