Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Umuntu wese akwiye kwisuzuma imbere yo kurya kuri uwo mukate no kunywera kuri ico gikombe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Arik’ umuntu yibaze ukw ameze, abone kurya kur’ uwo mutsima, no kunywera kur’ ico gikombe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:28
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abigishwa biwe baca barababara cane, umwe wese akavuga ati: “Mwami, nibaza ko atari jewe!”


Kuko uwurya uwo mukate canke akanywera kuri ico gikombe adahaye icubahiro umubiri wa Kristo aba yikwegeye gucirwa urubanza.


Iyo twirimbuye twebwe nyene tukicira urubanza, Imana ntiba ikiruduciriye.


Mwisuzume kugira ngo mumenye ko muhagaze mu kwizera. Nimube ari mwebwe mwisuzuma. Musanzwe muzi ko Yesu Kristo ari muri mwebwe: atari uko, muzoba mwananiwe no kwisuzuma.


Umwe wese yari akwiye kwisuzuma mu bikorwa vyiwe, kugira ngo asanze yakoze neza bimushimishe, ariko ntabanze kwigereranya n’abandi,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ