1 Korinto 11:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Ni co gituma rero uwurya umukate akanywa no ku gikombe uko bitabereye azokwagirwa no gucumura ku mubiri n’amaraso y’Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ni co gituma, umuntu wese azorya umutsima w’Umwami wacu, cank’ azonywera ku gikombe ciwe, uko bidakwiye, azotsindwa n’urubanza rw’uko yakēngereye umubiri n’amaraso vy’Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |