1 Korinto 11:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Bahejeje gufungura agira uko nyene, afata igikombe, avuga ati: “Iki gikombe ni isezerano rishasha, ryemejwe n’amaraso yanje. Muzohore mukinywako mu kunyibuka.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 N’igikombe akigenza artyo, bahejeje kurya, arababgira, at’ Iki gikombe n’isezerano risha ryo mu maraso yanje; murahora mugira murtya uko muzonywako, kugira ngo kibe icibutso canje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |