1 Korinto 11:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 awushimira Imana, arawumanyura, avuga ati: “Uwu ni umubiri wanje watanzwe ku bwanyu. Muzohore mubikora mu kunyibuka.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 akawushimira Imana, akawumanyagura, akavuga, at’ Uyu n’umubiri wanje ubatangiwe, murahora mugira murtya kugira ngo kibe icibutso canje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |