Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Ica mbere, narumvise ko iyo mukoraniye mu rusengero mwicamwo ibice, kandi ndakeka ko birashobora kuba ari vyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ica mbere, iyo mukoraniye mw ikoraniro, numva yuko mwitandukanya, kandi ngira ngo muri bimwe‐bimwe vyoba ari ko biri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:18
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muracagendera mu ngeso zanyu za kera zo mw’isi kuko muracagiriranira ishari kandi muracatongana. None ivyo ntivyerekana ko mukigendera mu ngeso zanyu za kera? Mbega ntimubayeho nk’abandi bose batizera?


Narumvise ko hari ingeso y’ubusambanyi hagati muri mwebwe, ubusambanyi butaba no mu Banyamahanga: numvise ko hari umugabo yarongoye umugore wa se.


Iyo umwe muri mwebwe agize ico apfa na mwene Data wundi, ni kuki amwitwarira mu batubaha Imana ngo babe ari bo babacira urubanza, aho kwitura abizera ngo babatature?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ