Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Mu vyo ngira ndababwire, sindabashima na gato, kuko amakoraniro yanyu yuzuyemwo ibibi gusumba ivyiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arik’ uko mbabarira ibi, simbashima, kuko mudakoranira iciza, ariko mukoranira ikibi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:17
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko abatware ntibateye ubwoba ku bakora ibibereye, ahubwo bateye ubwoba ku bakora ibibi. Woba ugomba kutagira ubwoba imbere y’abategetsi? Kora ibibereye bazogushimira.


Ndabashimira cane ko munyibuka mu vyo mukora vyose, kandi mukaba mwarumiye ku nyigisho zanje nk’uko nazibahaye.


Iyo mukoranye, ntimurya ku ngaburo y’Umwami,


Mbega ntimufise iwanyu aho mwofungurira mukongera mukanywera? Canke mushaka kwonona urusengero rw’Imana no kumaramaza abakenye? Ndababwire iki? Ndabashime n’ibi bintu mukora? Ntibikabe!


Uwuzokwumva ashonje cane azofungure iwe kugira ngo yoye kwikwegera gutsindwa n’urubanza. Ku bindi bibazo mwanyandikiye, nzobaha inyishu ninashika iwanyu.


None rero, abatizera canke abantu badatahura ivyo kuvuga mu ndimi zitamenyekana baje mu makoraniro y’ishengero yanyu, bakumva muvuga mu ndimi zitamenekana, bazokwibaza ko mwasaze.


Muri make rero bene Data, iyo mukoraniye hamwe, hazoba uwuririmba, uwundi yigishe, uwundi avuge ico Imana yamuhishuriye, uwundi avuge mu ndimi zitamenyekana, uwundi na we azisobanure. Ariko vyose bikorwe ku buryo bibubaka mwese.


Kandi ntiduhebe gukoranira hamwe, nk’uko bamwe babigira, ahubwo duterane intege, na canecane ubu mubona ko umusi wo kugaruka kwiwe wegereje.


canke abatware yahaye kumutwarira intara kugira ngo bahane abakora ibibi kandi bashimire abakora ivyiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ