1 Korinto 11:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 ariko umugore awuteretse umubera ubwiza bwiwe? Kuko yawuhawe ngo umubere nk’igitambara kimutwikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 kandi k’umugore, iy’ ateze umushatsi, uba ar’ ubgiza bgiwe? Kuko yahawe umushatsi ng’ube umwambaro wo mu mutwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |