Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nabe ari mwebwe nyene mwicira urubanza: Mbega birabereye ko umugore asenga Imana adatwikiriye umutwe wiwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ni mwiyumvire ubganyu uko biri. Mbega birakwiye k’umugore asenga Imana atitwikiriye mu mutwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:13
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni kuki mudashobora guca urubanza, mugahitamwo ikibereye?


Nimureke guca imanza mufatiye ku vyo mubona, nimuce imanza zigororotse.”


Ndababwira nk’abafise ugutahura. Nimurabe mwebwe nyene ko ivyo ndababwira atari ukuri.


Mbega mu vyo kamere y’ibintu itwigisha, si ibiterasoni ko umugabo atereka umushatsi,


Abagore bazogume banumye mw’ishengero. Ntibemerewe kuvuga, ahubwo bicishe bugufi nk’uko ivyagezwe bivuga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ