Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ariko mu Mwami, umugore agengwa n’umugabo, kandi umugabo agengwa n’umugore.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ariko mu Mwami wacu, umugore agenda ku mugabo, ni ko n’umugabo agenda ku mugore.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gutuma rero, kubera abamarayika batwihweza, umugore akwiye gutwikira umutwe wiwe, kugira yerekane ko ari musi y’ubundi bubasha.


Kuko nk’uko umugore yavuye mu mugabo, umugabo na we avyarwa n’umugore. Ariko ibintu vyose biva ku Mana.


Nta Muyuda canke Umugiriki, nta mugurano canke uwidegemvya, nta mugore canke umugabo, mwese muri umwe muri Kristo Yesu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ