Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 11:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ni co gutuma rero, kubera abamarayika batwihweza, umugore akwiye gutwikira umutwe wiwe, kugira yerekane ko ari musi y’ubundi bubasha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ni co gituma umugore akwiye kwambara mu mutwe ikimenyetso co kugabga, kubg’ abamarayika.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 11:10
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwirinde ntimugakengere umuntu n’umwe muri aba bato, kuko ndababwira yuko abamarayika babo bama bahanze amaso Data wo mw’ijuru. [


Ariko mu Mwami, umugore agengwa n’umugabo, kandi umugabo agengwa n’umugore.


kandi umugabo ntiyaremwe ku bw’umugore, ariko umugore yaremwe ku bw’umugabo.


Mbega abamarayika bose si impwemu zikorera Imana? Ntiyazitumye gukorera abazoragwa agakiza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ