1 Korinto 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ntituje mu busambanyi nk’uko bamwe muri bo babigize, maze ku musi umwe gusa hagapfa abantu ibihumbi mirongo ibiri na bitatu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kandi ntitugashakane, nk’uko bamwe bo muri ba bandi bāshakanye, maze hagapfamw’ abantu ibihumbi mirongwibiri na bitatu ku musi umwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |