1 Korinto 10:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ntimugasenge ibigirwamana nk’uko bamwe muri bo babisenze, nk’uko handitswe ngo: “Baricaye bararya, baranywa, hanyuma barahaguruka barinezereza.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi ntimugasenge ibishushanyo vy’ibigirwamana, nk’uko bamwe bo muri ba bandi bābisenga: nk’uko handitswe, ngw Abantu bicaritswe no kurya no kunywa, bava hasi baravyina. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |