1 Korinto 10:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ivyo vyose vyabaye ngo bitubere akarorero kugira ngo imitima yacu ntiyipfuze gukora ivyaha nk’uko babigize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Arikw ivyo vyatubereye akarorero kugira ngo ntitwifuze ibibi, nk’uko ba bandi bāvyifuje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |