1 Korinto 10:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Na jewe ngerageza kunezereza bose mu vyo nkora vyose. Simpfa gukora ibimpimbara, ariko nkora ibihimbara abandi kugira benshi bashike ku gakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 nk’uko nanje nnezereza bose muri vyose, ntarondera ikigira ico kimmarira ubganje, ariko nkarondera ikigira ico kimarira abenshi, kugira ngo bakire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |