Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Iyo ndabiriyeko nshimira Imana, kubera iki abantu bancira imanza kuri ivyo vyokurya nashimiye Imana?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Ko ndya mbishimiye, n’iki gituma ntukirwa ivyo nshimiye?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:30
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Wirinde kugira ngo ico ukoze ubona ko ari ciza coye gutukwa n’abantu.


Uwubahiriza umusi kanaka abikora ahesha icubahiro Imana. Uwurya indya zose abikora ahesha icubahiro Imana, kuko abikora ayishimira. N’uwirinda kurya bimwebimwe na we nyene abikora ahesha icubahiro Imana kandi abiyishimira.


Mbega sindi uwidegemvya? Mbega sindi intumwa? Mbega siniboneye Yesu Umwami wacu amaso mu yandi? Mbega ntimuri ivyamwa vy’ibikorwa nakoreye Umwami?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ