Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ariko niyakubwira ati: “Ibi vyashikaniwe ibigirwamana,” ntuzobirye ku bw’ineza y’uwo munyantegenke yabikubwiye, kugira ngo ntagire ijwi rimwagiriza mu mutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ariko ni hagira umuntu ababgira, at’ Ico n’icāterekerejwe: ntimukakirye, kubg’ uyo abiseruye, no kubg’ ijwi ryo mu mutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:28
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iyo ivyo urya bitsitaza mwene Data wundi, hanyuma ugashishikara ubirya, ntuba ukiriko uragendera mu rukundo. Ntukemere rero ko indya urya zituma uwo Kristo yapfiriye akora icaha akaranduka.


kuko “isi ari iy’Umwami Imana, n’ibiri muri yo vyose.”


Ariko abizera bose ntibamenye ibi. Bamwe baramenyereye ibigirwamana gushika aho n’ubu, iyo bariye ivyashikaniwe ivyo bigirwamana, bumva umenga basenze imana zifise ubugingo, gutyo imitima yabo igahumana kubera intege nke zabo.


Ariko mube maso kugira ngo umwidegemvyo wanyu ntube igitsitaza ku banyantegenke.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ