Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Uwutizera niyagutumira iwe gufungura ukagenda, uzofungure ivyo akuzimanye vyose ata co urinze kuvyibazako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Umuntu wo mu batizera ni yabahamagara, mukagomba kugenda, ico bazoshira imbere yanyu cose, mube mukirya, ata co mubajije, kubg’ ijwi ryo mu mutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:27
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma muzane n’impfizi ivyibushe muyibage, turye, tunezerwe,


Ababibonye bose batangura kwidodomba bati: “Agiye kurara mu nzu y’umunyavyaha!”


Muze murye inyama izo ari zo zose zashowe mu kaguriro, ata co murinze kuzibazako,


Kuko mu makete yacu tubandikira ivyo mushobora gusoma no gutahura gusa. Nizera ko


Ariko twahevye ibiterasoni vyose twakora twinyegeje; ntidukoresha ubugunge, ntitugoramika ijambo ry’Imana. Ahubwo tuvugira ukuri ahabona, kugira ngo abantu bamenye abo turi imbere y’Imana.


Nuko rero kuko tuzi ico ari co kwubaha Umwami, dukora ibishoboka ngo twemeze abantu. Ico turi kiragaragarira Imana, kandi nizera ko namwe kibagaragarira mu mitima yanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ