Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 kuko “isi ari iy’Umwami Imana, n’ibiri muri yo vyose.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 kukw isi ar’iy’ Uhoraho, n’ibiyuzuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:26
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko niyakubwira ati: “Ibi vyashikaniwe ibigirwamana,” ntuzobirye ku bw’ineza y’uwo munyantegenke yabikubwiye, kugira ngo ntagire ijwi rimwagiriza mu mutima.


Kubera rero ivyo Imana yaremye vyose ari vyiza ntagikwiye gutabwa, ahubo dukwiye kuvyakira dushima,


Wigishe abafise ubutunzi bw’iyi si kutishira hejuru no kudashira ivyizigiro vyabo muri bwo, kuko butaramba. Ariko bizigire Imana yo iduha vyose nk’umusesekara kugira ngo tubinezerererwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ