1 Korinto 10:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ntimushobora kunywera ku gikombe c’Umwami hanyuma ngo mwongere munywere ku gikombe c’abadayimoni. Ntimushobora kurira ku meza y’Umwami hanyuma ngo mwongere murire ku meza y’abadayimoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ntimushobora kunywera ku gikombe c’Umwami wacu, no ku gikombe c’abadayimoni: ntimushobora gusangira ivyo ku meza y’Umwami wacu n’ivyo ku meza y’abadayimoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |