Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nimurabe Abisirayeli: mbega abarya ivyashikanywe ntibaba bifatanirije hamwe ku gicaniro?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Murābe Abisirayeli ku rukoba: abarya ikimazi, mbega ntibasangira n’igicaniro?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:18
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubwo Butumwa Bwiza bwerekeye Umwana wayo: mu buryo bw’umubiri yakomotse mu ruvyaro rw’umwami Dawidi,


Mbega none twovuga iki kuri Aburahamu sogokuruza? Yatahuye iki ku vyerekeye ingene umuntu yemerwa n’Imana nk’umugororotsi?


Kandi mu buryo bw’impwemu, Aburahamu ni sekuruza w’abo bose bakebwe, ariko ni mu gihe bafise ukwizera nk’ukwo yari afise imbere y’uko akebwa.


Mbega ntimuzi ko abakora mu rusengero barya ivyo mu rusengero, kandi ko n’abakora ku gicaniro barya ivyashikanywe ku gicaniro?


Amahoro n’imbabazi bibane n’abagendera iyo ngingo, kandi bibe no kuri Isirayeli y’Imana.


Turafise igicaniro abaherezi bakora mw’ihema badafise uburenganzira bwo kurirako.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ