1 Korinto 10:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Iyo dusangiye ku mukate umwe tuba tubaye umubiri umwe n’aho turi benshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Nk’uk’ uwo mutsima ar’ umwe, twebge, naho turi benshi, tur’ umubiri umwe: kuko twese dusangira umutsima umwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |