Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe babigize, maze bakicwa n’umumarayika muranduzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kandi ntimukidodombe, nk’uko bamwe bo muri ba bandi bidodomvye, bakamarwa n’umuranduzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 10:10
23 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko, kubera Herode atahesheje Imana icubahiro, akemera ko abantu bamuninahaza, ubwo nyene umumarayika aca aramukubita, aribwa n’inyo, aca arapfa.


Mukore vyose mutidodomba kandi mudaharira,


Ukwizera ni kwo kwatumye ategeka Abisirayeli kwubahiriza Pasika, amijagira amaraso ku bishimaryango kugira ngo wa mumarayika w’umuranduzi ntiyice abahungu b’imfura babo.


Abo bantu ni abanyamwikomo bama bidodombera abandi; bakurikira ivyipfuzo vyabo bibi; barishira hejuru kandi bakoresha amajambo meza babesha abandi mu kurondera inyungu.


Nca numva ijwi rirenga rivuye mu rusengero ribwira ba bamarayika indwi riti: “Nimugende, musuke uburake bw’Imana buri mu nzavya indwi kw’isi.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ