Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 1:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ni co gituma handitswe ngo: “Uwirata wese yirate ko yamenye Umwami Yesu.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 kugira ngo bibe nk’uko handitswe, ng’ Uwirata, yirate Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 1:31
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iyo Aburahamu yemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera ibikorwa vyiza yakoze, yari kuba afise ico yirata. Ariko imbere y’Imana si ko vyagenze.


Bene Data, natanze akarorero kuri jewe no kuri Apolo ku bwanyu, kugira ngo mutwigireko iri jambo rivuga riti: “Ntimukarenge ku vyanditswe;” aho ni ho ata n’umwe muri mwebwe azokwirata kuba umwigishwa w’umwe ngo amurutishe uwundi.


Nk’uko Ivyanditswe bivuga, “Uwirata wese yirate ko yamenye Umwami Yesu,”


Kuko, twebwe dusengera Imana muri Mpwemu, tukirata Kristo Yesu, kandi ntitwishimire ivy’umubiri, ni twebwe twakebwe vy’ukuri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ