1 Korinto 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Kuko ivyitwa ubujuju vy’Imana birusha ubwenge abantu kandi ivyitwa intege nke vy’Imana birusha inkomezi abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kuk’ ubupfu bg’Imana burusha abantu ubgenge; kandi n’intege nke z’Imana zirusha abantu inkomezi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |