1 Korinto 1:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ariko ku bahamagawe, baba Abayuda canke Abagiriki, Kristo ni ubushobozi n’ubwenge vy’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 ariko ku bahamagarwa, b’Abayuda n’Abagiriki, ni Kristo, ubushobozi bg’Imana, kandi n’ubgenge bg’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |