1 Korinto 1:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ariko tweho twigisha Kristo yabambwe: uwo ni igitsitaza ku Bayuda, n’ubujuju ku Banyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 ariko tweho tubabarira ivya Kristo yabambge: uyo ku Bayuda n’ikigwisha, ku banyamahanga n’ubupfu: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |