Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 1:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Abayuda bashaka kubona ibimenyetso, Abagiriki na bo bakarondera kubitahurisha ubwenge bwabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Kukw Abayuda basaba ibimenyetso, Abagiriki barondera ubgenge,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 1:22
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo bumvise ko Yesu yashitse, baraza batangura kumuhaririza. Mu ntumbero yo kumutega umutego, bamusaba ngo akore ikimenyetso kivuye mw’ijuru cerekana ko yatumwe n’Imana.


Abandi na bo bagerageza gutega imitego Yesu mu kumusaba ikimenyetso kivuye mw’ijuru.


Ariko nimba ububasha bw’Imana ari bwo bunshoboza kwirukana abadayimoni, Ubwami bw’Imana bwashitse muri mwebwe.


Abayuda baramubaza bati: “Ni ikihe gitangaza wokora cotwereka ububasha ufise bwo gukora ibi?”


Wa mugore asiga umubindi wiwe kw’iriba, asubira mu gisagara, abarira abantu ati:


Yesu aramubwira ati: “Mbega ntimushobora kwizera mutabonye ibimenyetso n’ibitangaza?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ