1 Korinto 1:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Kuko Imana mu bwenge bwayo yabonye ko ab’isi batoyimenya bakoresheje ubwenge bwabo, ni co gituma yahisemwo gukirisha abizera amajambo y’Ubutumwa Bwiza, ayo bamwe bita ubujuju. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Kuko nah’ ubgenge bg’Imana bgageze yukw ab’ isi batazohabga n’ubgenge bg’isi kumenya Imana, Imana yahimbawe gukirisha abayizera ubupfu bg’ivyigishwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |