Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Kuko handitswe ngo: “Nzosangangura ubwenge bw’abanyabwenge, n’ubumenyi bw’abiyita ko bazi vyinshi ndabuhindure ubusa.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Kuko handitswe, ngo Nzohonnya ubgenge bg’abanyabgenge, N’ubuhanga bg’abahanga nzobuhindura ubusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 1:19
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kuko imbere y’Imana ubwenge bw’iyi si ari ubujuju, nk’uko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “Imana ifatira abigira abanyabwenge mu bugunge bwabo.”


Turi ibijuju ku bwa Kristo, ariko mweho mwigira abanyabwenge muri Kristo. Turi abanyantegenke, ariko mweho mwigira abanyenkomezi. Muri abanyacubahiro, ariko twebwe turakengeretse.


Bene Data, natanze akarorero kuri jewe no kuri Apolo ku bwanyu, kugira ngo mutwigireko iri jambo rivuga riti: “Ntimukarenge ku vyanditswe;” aho ni ho ata n’umwe muri mwebwe azokwirata kuba umwigishwa w’umwe ngo amurutishe uwundi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ