1 Korinto 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Mu bisanzwe ubutumwa bw’umusaraba ni ubujuju ku bariko barahona, ariko kuri twebwe abariko barakizwa, ni ubushobozi bw’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kukw ijambo ry’umusaraba ku bahona ar’ ubupfu, ariko kuri twebge abakizwa n’ubushobozi bg’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |