1 Korinto 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ndabinginga bene Data, mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo, ngo muhuze muri vyose, kandi ntihabeho ukwicamwo ibice, ariko mutunganywe rwose muhuje umutima n’inama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ariko ndabinginga, bene Data, mw izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo, mwese mube imvugarimwe, kandi n’ibice ntibiremwe muri mwebge, ariko mutunganywe rwose hamwe, muhūje umutima n’inama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |